Xmas n'urukino rusa nurwo guhimbaza Noel. Umukinyi amera nguwuriko arakira utuganuke ariko akirinda intambamyi zindi igihe aba ariko arakira uuganuke.N'urukino kandi rwerekana amabara ya Noel kandi harimwo nakaziki kameze neza. Uko umukinyi atora tuganuke twinshi niko amanota aduga kandi hagatsinda abafise amanota menshi.
Umunywanyi yiyandikishije aronka incuro 5 kumunsi igihe afyonze *855*36#. Ushaka gukina kenshi ucugura incuro
Igiciro: 200F ku munsi
Abazoronka amanota menshi kundwi aba mbere bazoronka 50.000F, aba kabiri bazoronka 20.000F hama aba gatatu bazoronka 10.000F.